Uburusiya

Ibendera ry'Uburusiya
Uburusiya

Uburusiya canke Irepuburika y'Uburusiya (ikirusiya: Россия) ni igihugu kiri k'umugabane w'Uburaya na Aziya.

  • Umurwa mukuru: Moscou
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato 17.098.242
  • Abanyagihugu: 143.975.923 (2015)
  • Ukurundana: Abantu 8 ku kirometero kwadarato.